INKURU ISHUSHE : Kucuro yambere Umuririmvyi Mtu Number One Akora Urudandazwa kuri Instagram Yiwe

INKURU ISHUSHE : Kucuro yambere Umuririmvyi Mtu Number One Akora Urudandazwa kuri Instagram Yiwe

9 March 2022 0 By KAMIKAZI

Umuririrmvyi Mtu Number One Biriko biragaragara ko murikigihe ariko arakoraneza ugureranije n’ibikogwa ariko arakora, yaraye agaragaje ko kuvubu ari murudandazwa rw’impuzu nkoko yavyanditse kurubuga gwiwe gwa instagram aho yariko arasaba abankunzi b’umuziki wiwe cane cane abamukurirkirana kumbuga ziwe ko kuva ubu ushobora kugura impuzu, ishakoshi, inkofero nibindi vyankenegwa uciye kuri instagram yiwe bika gushikira ahurihose kwisi.

Mt Number One yanditse kuri instagram ati : ‘Kwisi aho uherereye hose urashobora kugura impuzu, ishakoshi, inkofero …nibindi vya weezynation uciye kuri Instagram yanje

Twukwibutseko niwagura ibintu uciye kuri instagrame yiwe uzoba uteje imbere Mtu number One kuko aca aronka commission kuma faranga uzoba waguze ikintu bika bari kurubuga weezynation

 

Facebook Comments Box
21570cookie-checkINKURU ISHUSHE : Kucuro yambere Umuririmvyi Mtu Number One Akora Urudandazwa kuri Instagram Yiwe