INKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi Alvin Smith...
kucuro yambere Umuririmvyi ndetse akaba n’umukinyi wamareresi Alvin Smith azoremesha ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 07 Rusama 2022 kuri Tugumane...
INKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama
Hari igihe c'isaha icenda n'iminota 35(15h35) aho imodoka yo mubwoko b'ibeni yariko iragenda ,bajaj nayo iri inyuma yayo hamwe n'ipikipiki yariko izanana iyo izo...
BONGO FLEVA : Akaunti ya Youtube ya Msanii Diamond platnumz wafungwa kwa kukiuka muongozo
Akaunti ya You Tube ya mwanamuziki maarufu kutoka Afrika Mashariki Diamond Platinumz imefungwa kwa kukiuka utaratibu na masharti ya mtandao huo.
Akaunti hiyo rilikuwa na...
INKURU ISHUSHE : Umukuru w’igisagara ca Bujumbura yagabiwe inyana y’ishashi
kuruyu wa gatandatu ingenekerezo 9 Ndamukiza 2022 niho Abakenyezi bo mu gisagara ca Bujumbura barahimbaje umunsi mukuru wabahariwe umusimukuru wama uhimbazwa igenekerezo 8 Ntwarante.
Abo...
INKURU ISHUSHE BUJA GOSPEL : Umuririmvyi wa Gospel Jaja Jeanine yifuriza Amafungo meza Aba...
Umuririmvyi aririmba indirimbo zoguhimbaza imana Uwimna Jeanine benshi bamuzi kwizina Jaja Jeanine yifurije amafungo meza aba Islam nimugihe Aba Islam kwisi yose no mu...
INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Mista Champagne na Big Fizzo bagiye gukora indirimbo igira...
Mukiganiro Mista champagne yakozere kuri instagram yiwe kuruyu wagatandatu n'Umutumire wiwe Big Fizzo hashoboye kuyagigwa vyinshi mubikogwa vy’umuziki mbere umuririmvyi Big Fizzo akaba yarahishutse...
INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi yikura akanoti
Nimugihe mugihugu c'umurundi hamezi imisi haragwa impari kuba star bakomakomeye baterana ajamabo muguharira no kwihaya kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye muguharira ninde yoba yambara ivizimvyekurusha...
INKURU ISHUSHE BONGO FLEVA : Nendy Ashima Ibivuye kumutima
Umutanzania kazi Faustina Charles Mfinanga azikwizina Nandy ahejeje gushimira abantu bose bakunda ibikogwa vyiwe vy'umuziki naba kunda umuziki wa East African ningene babandanye berekana...
INKURU ISHUSHE : Umwaka urarangie DMX yitavye Imana
Unomusi umwaka urarumanije umuririmvyi wumudiho wa HipHop ndetse umukinyiwa film wo mugihugu ca American DMX yitavye imana, hari nkitariki nkiyunomusi 09 Ndamukiza 2021 niho...
INKURU ISHUSHE : Amajambo y’abantu Ntaco yazo hindura ku ndirimbo yanje BAZOMPFIRA – Bel...
Umuririmvyi Bel Chris amezi arenga 8 asohoye indirimbo yiwe Melina yakoranye na Akes Don ikaba imaze kururabwa n’abantu barenga 36000 views kuri chanel ya...