INKURU ISHUSHE BUJA GOSPEL : Umuririmvyi wa Gospel Jaja Jeanine yifuriza Amafungo meza Aba Islam

INKURU ISHUSHE BUJA GOSPEL : Umuririmvyi wa Gospel Jaja Jeanine yifuriza Amafungo meza Aba Islam

10 avril 2022 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi aririmba indirimbo zoguhimbaza imana Uwimna Jeanine benshi bamuzi kwizina Jaja Jeanine yifurije amafungo meza aba Islam nimugihe Aba Islam kwisi yose no mu Burundi bari mumafungo yu kwezi kwa Ramadhani, ivyo akaba yabivuze kukiganiro yakoranye Sule S Ndimu kuruyu kumutaga wo kuwimana igenekerezo ra 10 Ndamukiza 2022 aho yariko arasesangura ibikogwa vyiwe vyokuririrmba.

Jaja Jeanine aheruka gusohora indirimbo yiwe nshasha NANJE NDIMWO ikaba imaze gusa imisi itandatu isohotse aho igaragara ko iriko irakundwa canye ugererenije n’abantu bamaze kuyi raba kuko imaze kurabwa n’abandu barenga ibihumbi bita 5.000 Views kuri chanel ya youtube, Jaja murico kiganiro akaba yasavye abarundi gukunda ibikogwa vy’abarundi kuko nivyiza sane.

Facebook Comments Box
22850cookie-checkINKURU ISHUSHE BUJA GOSPEL : Umuririmvyi wa Gospel Jaja Jeanine yifuriza Amafungo meza Aba Islam