Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Mista Champagne na Big Fizzo bagiye gukora...

INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Mista Champagne na Big Fizzo bagiye gukora indirimbo igira gatatu

255
0

Mukiganiro Mista champagne yakozere kuri instagram yiwe kuruyu wagatandatu n’Umutumire wiwe Big Fizzo hashoboye kuyagigwa vyinshi mubikogwa vy’umuziki mbere umuririmvyi Big Fizzo akaba yarahishutse ko Hari Clip Video y’indirimbo nshasha yakoreye muri Europe naho atashimye kuvuga vyoshi kuriyo ndirimbo kandi yaremeye ko hariho indirimbo (Collabo) yiwe n’umuririmvyi wo mugihugu ca Tanzania ariwe Harmonize .

Umuririmvyi Mista Champagne akaba nawe yavuze ko hari imyiteguro yakozwe aho Big Fizzo niyagaruka mu gihugu c’uburundi bazokorana Indirimbo igira Gatatu inyuma y’indirimbo zibiri bamaze gukorera hamwe ariyo” Qu’est ce qu’il y a hamwe na Marcelina ” indirimbo zakiriwe neza mumuziki ndundi.

22820cookie-checkINKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Mista Champagne na Big Fizzo bagiye gukora indirimbo igira gatatu
Previous articleINKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi yikura akanoti
Next articleINKURU ISHUSHE BUJA GOSPEL : Umuririmvyi wa Gospel Jaja Jeanine yifuriza Amafungo meza Aba Islam

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here