Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi...

INKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi yikura akanoti

193
0
Nimugihe mugihugu c’umurundi hamezi imisi haragwa impari kuba star bakomakomeye baterana ajamabo muguharira no kwihaya  kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye muguharira ninde yoba yambara ivizimvyekurusha bose kugumba aho umwe sewe yikwegerako ayo mateka, Umuririmvyi ndetse akaba umukunyi wamareresi Alvin Smith yaje kubahoza boze mukwemanga neza ko ata numwe mu bastar amuruta kurekura amafaranga menshi mukungura impuzi zizimvye ivyo akaba aheje kubi garagaza kuri page yiwe ya Facebook kumugoroba wo kuruyu wagatandatu igenekerezo rwa 09 Ndamukiza 2022
Alvin Smith akaba yanditse amajambo akomeye aho mbere yerekenye namwe mumafoto yize bivuga ko yambaye ibintu bizimvye gusumba abandi baStar babarundi  yanditse ati : “Nije ndumu star wambere muburundi nikura inoti zikwiye muvyambagwa kandi ndabizi ko nambare bien nkanabegwa rero shaka uvyemere cank uvyanke  aba haters baza kuvugako ko ndiko ndishima.”
Alvin Smith
22730cookie-checkINKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi yikura akanoti
Previous articleINKURU ISHUSHE BONGO FLEVA : Nendy Ashima Ibivuye kumutima
Next articleINKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Mista Champagne na Big Fizzo bagiye gukora indirimbo igira gatatu

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here