Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE BONGO FLEVA : Nendy Ashima Ibivuye kumutima

INKURU ISHUSHE BONGO FLEVA : Nendy Ashima Ibivuye kumutima

239
0

Umutanzania kazi Faustina Charles Mfinanga azikwizina Nandy ahejeje gushimira abantu bose bakunda ibikogwa vyiwe vy’umuziki naba kunda umuziki wa East African ningene babandanye berekana ugushigikira indirimbo yiwe aheruka gusohora SIWEZI imaze indwi 2 ishohotse ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga imilioni 2 ( 2.000.000 Views) kuri chanel ya yotube gushika ubu imaze kurabwako n’abantu 2 205 698 Views.

Nandy abicishije kuri page yiwe ya Facebook  akaba yanditse ati : “Hank you for SIWEZI support!!! ❤️ ” . Siwezi sauti inanirundia minawe siwezi nakumbuku ulinambia ayo namajambo yari mundirimbo Siwezi ya Nandy.

 

22660cookie-checkINKURU ISHUSHE BONGO FLEVA : Nendy Ashima Ibivuye kumutima
Previous articleVIDEO NSHASHA | Wiskila Bwoy – Fresh | Download
Next articleINKURU ISHUSHE BUJA FLEVA : Alvin Smith aremeje kwariwe mustar wambere muburundi yikura akanoti

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here