Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Umwaka urarangie DMX yitavye Imana

INKURU ISHUSHE : Umwaka urarangie DMX yitavye Imana

186
0
Unomusi umwaka urarumanije umuririmvyi wumudiho wa HipHop ndetse umukinyiwa film wo mugihugu ca American DMX yitavye imana, hari nkitariki nkiyunomusi 09 Ndamukiza 2021 niho yitavye umuremyi afise imyaka 50 y’amavuka Hospital  White plains yo mugisagara ca New York.
Imvo y’urupfu gwiwe kurenza urugero gw’ibiyayura mutwe aho umutima waciye uhagarara.
22570cookie-checkINKURU ISHUSHE : Umwaka urarangie DMX yitavye Imana
Previous articleINKURU ISHUSHE : Amajambo y’abantu Ntaco yazo hindura ku ndirimbo yanje BAZOMPFIRA – Bel Chris
Next articleVIDEO NSHASHA | Wiskila Bwoy – Fresh | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here