Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Amajambo y’abantu Ntaco yazo hindura ku ndirimbo yanje BAZOMPFIRA...

INKURU ISHUSHE : Amajambo y’abantu Ntaco yazo hindura ku ndirimbo yanje BAZOMPFIRA – Bel Chris

235
0

Umuririmvyi Bel Chris amezi arenga 8 asohoye indirimbo yiwe Melina yakoranye na Akes Don ikaba imaze kururabwa n’abantu barenga 36000 views kuri chanel ya youtube , Bel Chris inyuma yokuvugisha benshi ngo ari mubaririmvyi ndundi bambarira ibintu bifise agaciro kamamahera menshi gusumba abandi.

Umuririmvyi Bel chris akaba aheruka kugaragaza yuko vuba agiye kuva mugacerere yaramazemwo imisi ko agiye gushira hanze iyindi ndirimbo nshasha akaba yemeza ko izovugisha benshi mumuziki ndundi ugereranije ningere iyondirimbo iriko rategugwa kurugero ruhanitse, iyo ndirimbo izoba yitwa BAZOMPFIRA aho azoba arikumwe n’abaririmvyi 2 AKES DON na THE GENERAL.

Umuririmvyi Bel Chris

Umuririmvyi Bel Chris akaba asaba abarundi n’abarundikazi eka abakunzi b’umuziki ndundi kumushigikira no kuba muragura Subscribe kuri chanel yiwe ya youtube.

22550cookie-checkINKURU ISHUSHE : Amajambo y’abantu Ntaco yazo hindura ku ndirimbo yanje BAZOMPFIRA – Bel Chris
Previous articleINKURU ISHUSHE : Saido Ntibazonkiza niwe umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwakabiri (Play of the Month)
Next articleINKURU ISHUSHE : Umwaka urarangie DMX yitavye Imana

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here