Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi...

INKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi Alvin Smith Azotanga Kuba Anditsi n’Abamenyesha makuru wagatandatu

223
0

kucuro yambere Umuririmvyi ndetse akaba n’umukinyi wamareresi Alvin Smith azoremesha ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 07 Rusama 2022 kuri Tugumane Dori Boutique kiri munyubakwa za IHELA BULDING igihe cisaha zine zagatondo.

Murico Kiganiro Alvin Smith azovuga vyishi kuvyerekeye umwuga wiwe wakoririmba canecane azoshira ahabona ibijenye n’urukwirikirane gw’indirimbo ziwe EP yiwe igiye kuzo sohoka vuba.
 Alvin Smith abicishije kumbuga ziwe yatumiye aba menyesha makuru bose ati : “Mwese mufis ama tv online  muratumiwe muri bwa bumwe nyene  mwironker inkuru nshashaa pour la première fois kuvaho natanguriye umuziki EP yanje NB: nta frais de transport izobihari murakoze.
23750cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi Alvin Smith Azotanga Kuba Anditsi n’Abamenyesha makuru wagatandatu
Previous articleAUDIO | KUBURA EP Lolilo – I Love U | Download
Next articleINKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here