Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia

INKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia

142
0

Umuririmvyi B-face On The’flo abandanya kwagura ibikogwa vyiwe vy’umuziki muraka karere nimugihe aheruka gukorana indirimbo n’umuriromvyi Mkombozi ariko irabica biracika mumuriki ndundi, B-Face yaraye ashitse mugihugu ca Zambia aho avuga ko agiye gukorana ibikorwa vy’umuziki n’umwe mubaririmvyi bagenzweho murico gihugu Chief.

B Face abicishije kumbuga ngurukanabumenyi ziwe yashimiye inivuye kumutima uwo muririmvyi Chief na Management yiwe kukuntu bamwakiriye neza.

 

23840cookie-checkINKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia
Previous articleINKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi Alvin Smith Azotanga Kuba Anditsi n’Abamenyesha makuru wagatandatu
Next articleINKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here