Home NEWS INKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA

INKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA

336
0
Umushikirangaji y’iimigenderanire ALBERT SHINGIRO yarahe ahaye umunonotsi NIYONSABA Francine urupapuro gwinzira y’abaserukira ibihugu (Passeport Diplomatique) kuruyu wagatanu igenekerezo rya 6 Ruheshi 2022, Francine akaba ya garagaje umunezero yiwe mugushima abicishije kuri instagram yiwe ati : “C’est un honneur pour moi de recevoir un passport diplomatique .Un grand Merci à Monsieur le Ministre des Affaires Etrangères et de la Coopération au Développement,Ambassadeur Albert SHINGIRO” Amajambo ya NIYONSABA Francine.
23900cookie-checkINKURU ISHUSHE : Passeport Diplomatique niyo yaronkejwe Unumunonotsi Francine NIYINSABA
Previous articleINKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia
Next articleINKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE ya Alvin Smith agiye gusohora

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here