INKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE  ya Alvin Smith agiye gusohora

INKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE ya Alvin Smith agiye gusohora

8 mai 2022 0 Par KAMIKAZI

Nkuko yabicishije kumbuga ziwe umuririmvyi ndesta akaba n’umukinyi w’amareresi muburundi Alvin Smith yerekanye urutonge gw’indrimbo zizoba zigiwe EP yiwe Party Love, Alvni ati Ep yanzi izoba igizwe n’indirimbo 6, murizo n’indirimbo 6 zonsi Alvin yakoranye n’abaririmvyi kazi 6, ni EP yambere mu Burundi izoba isohotse umuririmvyi akoranye n’abigeme gusa.

  1. Ndabe ft Iry Tina Da Queen
  2. Bunyi Bunyi ft Esthe Nish
  3. My Place ft Linah Blanche
  4. Shiramwo ft Chany Queen
  5. So Fire ft Mo’ W Kanzie
  6. Supprise ft Kakelly

Bons Track : Jegeze Ingidi 

Chenga Moto za mwezi wa Ramadhani| Pablo Moe ana fosi Beef nawa Sanii – Koffi Mbappe | Kamlebelo

Facebook Comments Box
23960cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE ya Alvin Smith agiye gusohora