Saturday, February 22, 2025

Umugwi Mbugitse Unit Ntukiri Mugacerere Warumazemwo Igihe Gitari Gito.

0
Umugwi Mbugits Unit usazwe ufise icicaro muntara ya Rumonge uhurikiyemwo abaririmvyi 5, harihaheze ikiringo kitari gito umugwi Mbugits Unit badasohoro indirimbo nimwe mukiringo c’umwaka ...

Ibirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru...

0
Ibirori vy'umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana biriko bibera ku mugwa mukuru...

CONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour de Dence

0
Studio Super Diamond yo muntara ya Rumonge ya guteguriye kucuro yakabiri ihiganwa ( Competition 2 em Edition) izohuza imigwi 17 mugice cambere Demi Final...

STAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona

0
Umuririmvyi B Face aheruka kwitahukanira agashimwe kumuririmvyi wumyaka mwihiganwa Isanganiro Award 2022 rituganywa kira mwaka na Radio Televion  isanganiro, tukwibutse ko murirryo higanwa harimwo...

INKURU ISHUSHE : Lolilo – Umugabo w’ukuri Arangwa n’ibikorwa

0
Umuririmvyi Nzeyimana Nassoro azwi kwizina Lolilo yatanze impanuro ikomeye kubakunzi bibikogwa vyiwe ndetse noku barundi bose kwijukira akazi kuko niyosoko y'iterambera cane cane kubagabo...

KAMPALA – OUGANDA : Spice Diana Mumubabaro inyuma yugusiba mugiterama kumpamvu yokubura Visa

0
Umugandakazi Spice Diane yagaragaje umubabaro wiwe kubakunzi bumuziki wiwe cane cane kuba kunzi biwe bari bamwiteze mugiteramo Empower The Girl Child kizakuba kuruyu wagatandatu...

INKURU ISHUSHE : Ibitangaza biri muri EP PARTY LOVE ya Alvin Smith agiye...

0
Nkuko yabicishije kumbuga ziwe umuririmvyi ndesta akaba n'umukinyi w'amareresi muburundi Alvin Smith yerekanye urutonge gw'indrimbo zizoba zigiwe EP yiwe Party Love, Alvni ati Ep...

INKURU ISHUSHE : B-face On The’flo Kuncuro yambere ashika mugihugu ca Zambia

0
Umuririmvyi B-face On The'flo abandanya kwagura ibikogwa vyiwe vy’umuziki muraka karere nimugihe aheruka gukorana indirimbo n’umuriromvyi Mkombozi ariko irabica biracika mumuriki ndundi, B-Face yaraye...

INKURU ISHUSHE : Ugusesangura Ibigize EP Yiwe Nivyo Bizoranga Mukiganiro Umuririmvyi Alvin Smith...

0
kucuro yambere Umuririmvyi ndetse akaba n’umukinyi wamareresi Alvin Smith azoremesha ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 07 Rusama 2022 kuri Tugumane...

INKURU ISHUSHE : Umuntu Umwe Yitavye Imana kubera Insanganya | Carama

0
Hari igihe  c'isaha icenda n'iminota 35(15h35) aho imodoka yo mubwoko b'ibeni yariko iragenda ,bajaj nayo iri inyuma yayo hamwe n'ipikipiki yariko izanana iyo izo...
Google search engine

Recent Posts