Umugwi Mbugitse Unit Ntukiri Mugacerere Warumazemwo Igihe Gitari Gito.

Umugwi Mbugitse Unit Ntukiri Mugacerere Warumazemwo Igihe Gitari Gito.

14 juin 2022 0 Par KAMIKAZI

Umugwi Mbugits Unit usazwe ufise icicaro muntara ya Rumonge uhurikiyemwo abaririmvyi 5, harihaheze ikiringo kitari gito umugwi Mbugits Unit badasohoro indirimbo nimwe mukiringo c’umwaka  urenga.

Biciye kuwu sazwe arongoye umugwi Mbugitse Unit c.i.o John B Prod arinawe ndetse asanze mbere ahinyanyura indirimbo zuyo mugwi, yamenyesheje ko batazo subira kuja mugacerere karenze  no kunyoteza abakunzi aho ni muhige uyo bugwi uherutse gu sohora indirimbo nshasha NIPE .

Iyo ndirimbo Nipe yarimwo abaririmvyi batanu (5) Harimwo n’abaririmvyi bitara garara neza ko boba babarizwa muruyo mugwi Mbugits Unit muriki gihe, Mbonny Bonny-K, A -New, G-Five, Mpole seyyid, Vissa makangara.

 

Mukiganiro Umuhinyanyuzi John B Pro yakoranye na zabuja.com, yasevye abakunzi bumuziki ndundi kuzo bashigikire muku y‘ umviriza nokuyi sanguza abandi mukugira partage mbere nokugira subscriber kuri cahnel ya youtube.

JOHN B PROD

Facebook Comments Box
25350cookie-checkUmugwi Mbugitse Unit Ntukiri Mugacerere Warumazemwo Igihe Gitari Gito.