VIDEO NSHASHA | Natacha – IKIGORI | Download
10 juin 2022Umuririmvyi kazi Natacha Burundi inyuma yogusohora indirimbo yiwe « Lamoto » indirimbo yakiriwe neza n’abakunzi biwe kuko gushika ubu imaze kurabwa n’abantu barenda ibihumbi ijana namirongibiri ( 120.000 Vues) kuri chanel yiwe ndetse imaze gusa amezi atatu, ubuhoho Natacta Burundi akaba yashoye indirimbo yiwe nshasha bigara gara ko abantu beshi batanguye kuvuga mweshe kuko yoye yayise « IKIGORO » ikaba imaze umusi umwe n’amasaha makeyi gusa.
Natacha n’indirimbo IKIGORI irabire ngaha amasanamu yayo yatehe igomwe <Ikigori ndagikunda iyondakibonye birarenga>
Doanload | Natacha - Ikigori ( Audio ) (61 téléchargements)VIDEO NSHASHA | Natacha – IKIGORI (Brand New Music
VIDEO)
Play
Stop
«Prev
mani So Nywele | Wavijana wa acha Uzembe Wapige kazi – Chungwa afunguka kuhusu KAMLEBELO
Facebook Comments Box
251823cookie-checkVIDEO NSHASHA | Natacha – IKIGORI | Download