Home ENTERTAINMENT Ibirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri...

Ibirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza | Photos

199
0
Ibirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana biriko bibera ku mugwa mukuru wa politike igitega. Ibirori bika  vyatangurijwe ku ntatemwa yiwe, aho hakurikiwe n’amajambo yatandukenye.
Tukzibutse ko uyu munsi mukuru ukaba uriko uhimbazwa ku civugo «Tuzirikane igihugu cacu, tugire umuzirikanyi ubona, tugendere mu makanda ya ba sokuru».
25000cookie-checkIbirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza | Photos
Previous articleCONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour de Dence
Next articleAUDIO | MB Data – Why | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here