Home ENTERTAINMENT STAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona

STAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona

250
0

Umuririmvyi B Face aheruka kwitahukanira agashimwe kumuririmvyi wumyaka mwihiganwa Isanganiro Award 2022 rituganywa kira mwaka na Radio Televion  isanganiro, tukwibutse ko murirryo higanwa harimwo abririmvyi benshi batandukanye ariko B Face akaba ariwe wabaye uwambere akwirikigwa n’umuririmvyikazi Meili aheruka gusohora indirimbo Pam-Pana yakoranye na B Face nyene, indirimbo imaze amezi arenga ane ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga  112 000 Vues kuri chanel ya youtube.

Umuririrmvyi B-face yaraye agaragaje umuzo w’indirimbo iyiwe nshasha izoba y’itwa STAMINA, B Face abicishije kuri page yiwe ya Facebook yamenyesheje ko iyondirimbo yayikoranye n’umuririmvyi akomeye mumudiho wa Hip Hop mugihugu ca Zambia ariwe Kondwani beshi bamuzi kwizi Chef 187, Chef 187 n’umuririmvyi abica bigacika mugisagara ca Lusaka cane cane kundirimbo yiwe HUSBAND MATERIAL ft D Bwiy Telem na T Low indirimbo imaze amezi arenga ane (4moi) isohotse ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 750 000 Vues kuri chanel ya youtube.

Izoba ari indirimbo yambere B face azoba yakoranye n’umuririmvyi wo mugihugu ca zambia.

Umuririmvyi B-Face akabayavuze ko iyondirimbo izoja ahabona umwisho yukukwezi itariki 30 Rusama 2022

Umuririmvyi B-Face

Umuririmvyi Chef 187
24800cookie-checkSTAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona
Previous articleINKURU ISHUSHE : Lolilo – Umugabo w’ukuri Arangwa n’ibikorwa
Next articleVIDEO NSHASHSA : ZABUJA TV | Concour de Dance wakwanza atapata dollars 100 – Detama asema mengi | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here