Home ENTERTAINMENT CONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour...

CONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour de Dence

174
0

Studio Super Diamond yo muntara ya Rumonge ya guteguriye kucuro yakabiri ihiganwa ( Competition 2 em Edition) izohuza imigwi 17 mugice cambere Demi Final muri Concou de Dance, nko uwurongoye studio Super Diamond Detama Hussein yabishikirije yemeje neza ko iyo edition yakabiri harimwo ibintu bishasha bitagaragaye muri Editio yambere.

Tukwibutse ko muri Editio ya mbere BINGWA WA KITAA yabaye igenekerezo rya 13 Ntwarate 2021 umugwi wabaye uwambere ya 1. Chocolat (250.000Frb), 2. King Money (150.000Frb) , 3. WCB Wasaka Noti (70.000Frb).

Detama Hussein yavuze ko muntumbere yo gushigikira ibikogwa vy’imigwi itamba ngo bashimye gutanga udushimwe mumafaranga ya gaciro yaba nyamaerika (Dollar) kumigwi itatu izotsinda mugiche cambere aho umugwi wambere urozoswa agashimwe kama faramga dollar 100 , umugwi wa kabiri dollar 50 n’umugwi wagatatu dollar 25.

 

24931cookie-checkCONCOUR : Imigwi 17 niyo igiye guhiganigwa ama Dollar 100 – Concour de Dence
Previous articleVIDEO NSHASHSA : ZABUJA TV | Concour de Dance wakwanza atapata dollars 100 – Detama asema mengi | Download
Next articleIbirori vy’umunsi mukuru wo gukunda no gukundisha igihugu no kwibuka imyaka ibiri irangiye Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza | Photos

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here