Mpiga picha Franck Indugwic Amupa makavu Mtima le Comédien
Franck Indugwic ambaye ni mpiga picha kutoka studio the option ambaye ndio alikuwa amekodio kupiga picha kwenye show ya Mtima mko wani Rumonge ame...
B-face On The’flo Mr bonifasi muri Shooting ya video nshasha
Umuririmvyi aheruka gutwara agashimwe ka Isanganiro Award ariwe B-face On The'flo Mr bonifasi yeretse abakunzi biwe ko aticaye ko ariko arategura ibikogwa bishasha azobaha...
Bongo: Barnaba arikumwe na Diamond basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Hadithi
Ni kuruyu wa wagatandatu Nyandagaro 26, 2022 niho umuririmvyi wa Bongo Flava ariwe Barnaba ya sohoye amasanamu ya video yiwe nshasha y'indirimbo yakoranye na...
Bongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya Rockstar
Nizimwe munguru nziza ku muziki wo mugihugu ca Tanzania cane cane kubakunzi b'umiziki y'umuririmvyi Aslay aho yashize umukono kuma sezerano n'isirahamwe RockStar4000. Umuririmvyi Aslay...
Natacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise
Umurirmvyikazi Natacha Burundi amaze imisi ariko arakora ibiteramo bitandukanye muntara zitandukanye zigihugu c'uburundi ngo ntankeka igihe cisaha umunani (14h00) azakuba arikumwe nabanya Makamba mugiteramwo...
B Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda
Umuririmvyi rurangiranwa mumudiho wa Hip Hop mu Burundi B Face On The'flo aheruka murugendo mugihugu c'urwando aho yahuye n'abastar bakoma komeye bo murico gihugu...
Sat B yari yahishikiye kumusi wa Flambeau Day
Ku musi ugira kabiri w'ihiganwa rya Primus Ligue Burundi mu cicaro ca mbere, umugwi wa Flambeau du centre wari waramukanye umusi mukuru wa Flambeau...
Natacha yitezwe ibujumbura kuruyu wagatanu
Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA kuri uyu wagatano niho aza gushika mugisagara ca Bujumbura avuye mugihugu cubutariyano aho yari amaze ikiringo cukwezi ari mukaruhuko hamwe numuryango...
Amajambo ya Wiz Disent gner kubafans biwe kudakora icamujanye mugiteramo
Umwanditsi windirimbo AKABANDI umuririmvyi Wiz_designer ntiya vyifashe neze nkuko beshi baribavyiteze mugitera.
Umuririmvyi Wiz Designer arikuri stege ntiya koze igikogwa cokuririmba kuko yafashe umwanya yari...
Belle 9ice Munyambaro Nshasha
Umwanditsi windirimbo HONEY umuririmvyikazi INGABIRE Belle-Nice benshi bamuzi kwizina ry'ubuhizi Bell 9ice yatangeje beshi nacane cane kubamukwirikirana kumbuga ngurukana bumenyi ziwe zitandukanye mukwiyerekana muyundi...