Home ENTERTAINMENT Amajambo ya Wiz Disent gner kubafans biwe kudakora icamujanye mugiteramo

Amajambo ya Wiz Disent gner kubafans biwe kudakora icamujanye mugiteramo

130
0

Umwanditsi windirimbo AKABANDI umuririmvyi Wiz_designer ntiya vyifashe neze nkuko beshi baribavyiteze mugitera.

Umuririmvyi Wiz Designer arikuri stege ntiya koze igikogwa cokuririmba kuko yafashe umwanya yari yahawee wokuririmba aca atangura kuyaga kubuzima bwiwe ki ya vukiye mukinama aho rero beshi bitabashimishije nagato, beshi bakaba baribajije ni gute uza kuvuga ngo mvuka mukinama ngaha niwacu ndahazi,ngiyi terrain niyo nakiniyeko football nibindi vyishi aho umwanya wiwe waheze akiri mumajambo.

Wiz Designer ahejeje kuvuga ashaka gutangura kuririmba MC yaciye ahamagara uyundi muririmvye aho yerekana ko umwanya wewe waheze, Wiz Desinger abicishije kumbuga ziwe yavuzeko batigeze bamuteguza ko adasise imwanya munini ivyo yemera ko yabonye neza ko hari abantu bashaka kuzimya izina ryiwe, Wiz Disegner akaba yatanguye gushimira ababandanya kumufata mumugongo ati » Hello reka nshimire abanyakinama biwacu bose aho bari na kamenge kuburyo banyeretse urukundo .nsimfise nuko nobivuga. Gusa ico naraye mboye nuko hari abadakunda izina Wiz Designer gusa imana ninkuru abariko baranshinga amakosa nuko buri umuntu wese afise uko abibona kuko sinibaza yuko wewe hamwe bokuvugirize nabi ku stage, basubire baguhe umwanya muto batanawuteguye bace baguhamagarirako uwundi mu artist birababajeGusa ntaco bifise uco vyigisha nshimire nabantu bose bari kumvuga nabi mubantu banyitaba amazima gusa vyose ukuri imana niyo ukuzi gusa. Hari umusi bazotahura ko noba nararenganijwe canke narabarenganije. Murakoze cane Mana mfasha itara ryanje ntirize rizime kuko abansi bankikuje nibenshi. » Ayo namajambo ya Wiz Disegner

Nayo Sat B yanditse amajambo akomeye kuri tweet yiwe aho ya mukebuye kungendo ninyifato yogira kuko nawe nyene ivyo vyara musikiye na Fizzo eka na Lolilo

 

27420cookie-checkAmajambo ya Wiz Disent gner kubafans biwe kudakora icamujanye mugiteramo
Previous articleVIDEO NSHASHA | Drama T – Madamu
Next articleNatacha yitezwe ibujumbura kuruyu wagatanu

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here