Home ENTERTAINMENT Natacha yitezwe ibujumbura kuruyu wagatanu

Natacha yitezwe ibujumbura kuruyu wagatanu

242
0

Umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA kuri uyu wagatano niho aza gushika mugisagara ca Bujumbura avuye mugihugu cubutariyano aho yari amaze ikiringo cukwezi ari mukaruhuko hamwe numuryango wiwe umugabo wiwe Alfredo Frojo hamwe nabana biwe babiri aribo Giulio Frojo hamwe na Leila Frojo.

Umuririmvyikazi Natacha akaba aje mu Burundi kugira asubire kugaragara mubiteramo bitandukanye uhereye icambere kizobera muntara ya Muyinga kw’igenekerezo rya 19 Myandagaro hamwe nikindi kizobera kw’igenekerezo rya 20 Myandagaro. Ikindi kizobera mu ntara ya Makamba kw’igenekerezo rya 26 Myandagaro hamwe na Laboss Party izoba kw’igenekerezo rya 2 Nyakanga uyu mwaka nyene.

Umuririmvyikazi Natacha akaba yari amaze imyaka igera kuri 4 yose adakora mubiteramo muntara zitandukanye zigihugu inyuma yibiteramo yakoze hafi muntara zose zigihugu mumwaka wa 2018 yise Uburundi bwacu tour.

27750cookie-checkNatacha yitezwe ibujumbura kuruyu wagatanu
Previous articleAmajambo ya Wiz Disent gner kubafans biwe kudakora icamujanye mugiteramo
Next articleVIDEO NSHASHA | B Kobra – Kibasumba | Dwonload

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here