Belle 9ice Munyambaro Nshasha

Belle 9ice Munyambaro Nshasha

7 août 2022 0 Par KAMIKAZI

Umwanditsi windirimbo HONEY umuririmvyikazi INGABIRE Belle-Nice benshi bamuzi kwizina ry’ubuhizi Bell 9ice yatangeje beshi nacane cane kubamukwirikirana kumbuga ngurukana bumenyi ziwe zitandukanye mukwiyerekana muyundi muco utandukenye nuko benshi bari basazwe bamuzi.

 

Belle 9ice abicishije kuri story ya page ya facebook yiwe yashizeho video  agaraga yitwikiriye neza nk’umwisilm kazi ata na mek up yashizeko, kuvyukuru Belle 9ice yari yaberewe cane gusumba cane uko ahora yiyerekana aho beshi bama bavuzeko n’umuririmvikazi aterekwa inyambaro zubufasoni keshi, aho nabeshi bakunda kumwagir ko atisonera atifata nkumurundikazi wimico y’ikirindi.

Belle 9ice kuriyo video yariko arishimira indirimbo umuririmvyi wo mugihugu c’urwanda.

Facebook Comments Box
27210cookie-checkBelle 9ice Munyambaro Nshasha