Home NEWS Natacha Akumira Bamwe kuri Laboss Part

Natacha Akumira Bamwe kuri Laboss Part

300
0

kuyundi curo nkuko yamye abikora kira mwaka umuririmvyikazi Natacha Burundi ategura Part yita Laboss Party yama ibahuza nabamwe muba muba mukikije mubikogwa vyiwe vy’umuziki beshi bakunda kubita Team.

Ariko muruyu mwaka 2022 muriyo Laboss Party hazobamwo impinduka kubazotumigwa nkuko Natacha yabishikirije kuruwi y’imana ingenekerezi rya 7 Mukakaro 2022 igihe cisaha umunani z’umutaga (14h00’) kuri facebook na instagram ziwe yavuzeko hazogaragaramwo abasazwe bamukurikirana cane gusumba abandi kuri Facebook yiwe aribo aba Super Fans.

Naho biruko Kumutwe wamakambo Natacha yanditse, hatanguye amajambo yerekana ko atumiye abafans biwe bose eka n’abagenzi biwe, ayomajambo yayanditse mururimi gwigifarasa ati :

« Bienvenue à l’ Hotel Club du Lac Tanganyika mais l’entrée est par invitation pour tous mes fans et mes amis(es) «

Ubutumire sikobose nkuko Natacha yabandanije abivuga : »
Karibu kuri Laboss Part yuno mwaka iteguriwe cane cane aba fans banje bo kuri Facebook ari Super Fans kandi muri Super Fans kabisa. Abandi nabo mugume mukora mubandanya mushigikira umuziki w’Uburundi muri rusangi.
Ukuntu ama invitations azotangwa nzobibamenyesha vuba ariko mwese aba Super Fans muri mugihugu muzotegerezwa kuronswa invitations zanyu. »

Tukwibutse ko Natacha n’iwe muririmvyi wenyene yama yateguy Party kumwa kumwaka.

27261cookie-checkNatacha Akumira Bamwe kuri Laboss Part
Previous articleBelle 9ice Munyambaro Nshasha
Next articleVIDEO NSHASHA | Drama T – Madamu

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here