Kigali : Karamuka Jean Luc atakamba asaba gufashwa
Karamuka Jean Luc" yamamaye mu gutuganya indirimbo z'abarririmvyi bo mu Rwanda nka Junior Multisystem inyuma yo gucibwa ukuboko kumwe mumwaka wa 2019 kuva ico...
Belle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B
Ku mugoroba wo kuruyu wakane ingenekerezo rya 24 Monyonyo 2022 Umuririmvyi Sat-B arashize kumugaragaro yuko umufasha wiwe Balle 9ice niwe azo garagara mumasanamu Video...
Indirimbo Ishari ya Sat-B yaronse Agashimwe
Nikuruyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Monyonyo 2022 umuririmvyi Sat-B yahawe agashimwe Certificate kundirimbo yiwe ISHARI, ako gashimwe akaba yagahawe na IZOOM ONLINE .
Sat-b...
Natacha ararahiye ko Abanyafrika nta vitamine dufise
Umwanditisi w'indirimbo WALETE iriko irabica birachika muriki gihe mu muziki ndundi Natacha NGENDABANKA, aremeza neza ko abanyafrika bose iyo tukava tuka gera nta vitamina...
Happy Birthday Thity love la Trop Top
Uwahoze ari umuririmvyikazi ubu akaba ari umukinyi w'amareresi AHISHAKIYE Thierryve akaba azwi cane kwizina Thity love la Trop Top, kuruyu wagatatu igenekerezo rya 23...
Photo : Double Jay yamaze gushika Mu gisagara ca Dubaï
Umwanditsi w’indirimbo « Nzoduga » nizindi ziri hit Double Jay yamaze gushika mugihugu ca Dubaï aho yagiye guteramisha abakunzi bumuziki wiwe ihitera kiza kuba...
Nay Chris est bientôt de retour Après une longue absence
L'artiste burundais Richard HAKIZIMANA, connu sous le nom de NAY CHRIS, dévoile la sortie prochaine de sa nouvelle chanson intitulée "Bon accueil".
D'après le chanteur,...
Fabby Tozzy afitiye ubutumwa Natacha Burundi bwabanya Rumonge
Umwanditse w’indirimbo Ntanisoni ariwe Fabby Tozzy, umuririmvyi avuka muntara ya Rumonge yashimye kwerekana igisabo ciwe kuri Natacha Burundi abicishije kurubuga gwiwe, nkuko yavyanditse kuri...
Inyambaro zambawe n’aba Nyampinga mwihiganwa Miss Earth 2022 ntizakiwe neza n’Abarundi.
Guhera mugitondo cokuruyu wakabiri igenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 kumbuga zitandukanye zo mu Burundi hari
amasanamu yatakiriwe neza yagaragaye ko atariko aravurwako rumwe n'abatari bake...
Imyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire
Kuruyu wakabiri ingenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 niho ulugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba niho uza gukora imyimenyerezo yawo ya nyuma bitegurira gutana mu...