Happy Birthday Thity love la Trop Top

Happy Birthday Thity love la Trop Top

23 novembre 2022 0 Par H. Mervis

Uwahoze ari umuririmvyikazi ubu akaba ari umukinyi w’amareresi AHISHAKIYE Thierryve akaba azwi cane kwizina Thity love la Trop Top, kuruyu wagatatu igenekerezo rya 23 Munyonyo ari mume nezero mwishi muguhimbaza isabukuru ry’amavuko kuko yarumije imyaka 30 y’amavuka.

Thity love la Trop Top yavutse itariki 23 Munyonyo 1992, akaba yubatse afise abana batatu arimbo Mamichou
Enalia na Keyaan. 

Nkuko yabwi zabuja.com, Thity love la Trop Top yishimiye cane kubona Imana yamwonge uyundi mwaka nogushimira se w’ibibondo vyiwe Kook-K adahengeshanya muku mukunda nokumubahafi. Tumwifurize isabukuru ryiza.

Thity love la Trop Top

VIDEO : Uncle B Afunguka kuhusu kuowa/ Kifo cha mama yake muzazi

Facebook Comments Box
42140cookie-checkHappy Birthday Thity love la Trop Top