Kigali : Karamuka Jean Luc atakamba asaba gufashwa

Kigali : Karamuka Jean Luc atakamba asaba gufashwa

2 décembre 2022 0 Par H. Mervis
Karamuka Jean Luc » yamamaye mu gutuganya indirimbo z’abarririmvyi bo mu Rwanda nka  Junior Multisystem inyuma yo gucibwa ukuboko kumwe mumwaka wa 2019 kuva ico gihe amagara n’ubuzima bwiwe bukomeje kuja mu kaga bimwe bidasanzwe kuburyo avuga ko ataonse abamufasha abona neza ko agiye  gupfa, ubu aho bigeze Karamuka Jean Luc aratakamba  asaba gufashwa.
Nimba warakunda kumvuriza Indirimbo nyarwanda zo mumyaka iheze Uno mugabo « Junior Multisystem » uramuzi cane, agasabisho kawe kuri we n’ingira kamaro.
Facebook Comments Box
43180cookie-checkKigali : Karamuka Jean Luc atakamba asaba gufashwa