Home ENTERTAINMENT 5 Million kumugwi wambwere muri DANCE FOR PEACE TAMBIRA AMAHORO

5 Million kumugwi wambwere muri DANCE FOR PEACE TAMBIRA AMAHORO

215
0
Ni kuwagatanu igenekerezo rya 23 Kigarama 2022 munyubakwa za safi Beach aho ni mugisagara ca Bujumbura ihiganwa Dance for Peace Tambira amahoro igiye kubandanya mu gice ca kabiri gishira icanyuma (Demi final)
Tukwibutse ko murayo mahiganwa yo gutamba Dance for Peace Tambira amahoro umugwi wambere uzoronswa agashimwe k’imiriyoni itanu amafaranga y’amarundi (5 Million ) nayo imigwi ikaba isikgaye imigwi 19 yo muntara zine arizo Bujumbura, Ngozi, Kayanza na Gitega

VIDEO : Partie 1 | English ifise akahe kamaro mubzi | Mu Rumonge Turakivuga

43210cookie-check5 Million kumugwi wambwere muri DANCE FOR PEACE TAMBIRA AMAHORO
Previous articleKigali : Karamuka Jean Luc atakamba asaba gufashwa
Next articleVIDEO NSHASHA | Bain Turo – Mukama | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here