Photo : Double Jay yamaze gushika Mu gisagara ca Dubaï

Photo : Double Jay yamaze gushika Mu gisagara ca Dubaï

19 novembre 2022 0 Par KAMIKAZI

Umwanditsi w’indirimbo « Nzoduga » nizindi ziri hit Double Jay yamaze gushika mugihugu ca Dubaï aho yagiye guteramisha abakunzi bumuziki wiwe ihitera kiza kuba kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022 igiteramo kiza kubera mu nyubakwa za Lotus Hotel Dream Lounce.

Double Jay akaba yakiriwe neza n’abarundi n’abarundikazi basazwe baba murico gihugu tukaba tubikesha instagram yiwe.

Double Jay akaba yasavye Abarundi , Abanyarwanda , nabandi bise bakund umuziki w’ Uburundi guhurira muri LOTUS HOTEL DREAM LOUNGE
Raba amafoto

 

Facebook Comments Box
41670cookie-checkPhoto : Double Jay yamaze gushika Mu gisagara ca Dubaï