Home ENTERTAINMENT Indirimbo Ishari ya Sat-B yaronse Agashimwe

Indirimbo Ishari ya Sat-B yaronse Agashimwe

222
0

Nikuruyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Monyonyo 2022 umuririmvyi Sat-B yahawe agashimwe Certificate kundirimbo yiwe ISHARI, ako gashimwe akaba yagahawe na IZOOM ONLINE .

Sat-b yarashimiye Izoom Online kubona yatoye indirimbo yiwe ko ariyo baha agashimwe, akaba yana shimiye abakunzi biwe babandanya gushigikira iyo ndirimbo nanaburya ikiri audio.

Indirimbo Ishari yaronse Agashimwe K’ijwi ry’umufana ritegurwa na Izoom Online kandi ari audio ??
Ndashimiye cane abakunzi bayitoye, Nkanashimira Abatunganije iri higanwa, Amajambo ya Sat-B kurubuga gwiwe.
42590cookie-checkIndirimbo Ishari ya Sat-B yaronse Agashimwe
Previous articleVIDEO NSHASHA | Alvin Smith ft Bwiza – Turajana | Download
Next articleBelle 9ice niwe azoboneka muri Lyrics Tiki Tiki Maji ya Sat-B

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here