Natacha ararahiye ko Abanyafrika nta vitamine dufise

Natacha ararahiye ko Abanyafrika nta vitamine dufise

23 November 2022 0 By H. Mervis

Umwanditisi w’indirimbo WALETE iriko irabica birachika muriki gihe mu muziki ndundi Natacha NGENDABANKA, aremeza neza ko abanyafrika bose iyo tukava tuka gera nta vitamina dufise, ivyo akaba yavyanditse kumbugaziye kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 23 Munyonyo 2022.

Natacha akaba yanemeje ko yasaze abafise vitamina ari abazungu gusa ati :

Nahora numva kenshi bavuga ko Abanyafrika nibo bafise vitamine ariko nasanze Abazungu nibo bafise vitamine 
Mundavye neza muca mubona ico iyo vitamine yakoze 
Haaaaaaaaaaaaaaa Yoooooooooooooo .
Benshi bakaba bibazo ayo amajambo y’Umuririmvyikazi Natacha icatumye ayavuga ninsiguro yayo, abandi baki bibaza ko aho Natacha yoba ariko arigina urukondo Umugabo yiwe amuha bituna nawe avyubuha.
Tukwibutse ko natacha aheruka gusohora indirimbo WALETE indirimbo imaze kurabwa n’abantu barenga 15400 Vues kuri chanel ya youtube ika imaze indwi zitatu isohotse.
Facebook Comments Box
42200cookie-checkNatacha ararahiye ko Abanyafrika nta vitamine dufise