Monday, February 24, 2025

Nassra IRAKOZE atahukanye urugori rwa Miss Africa Golden Top Model 2022

0
Uwigeme "Nassra IRAKOZE" yari yaserukiye igihugu cacu c'uburundi mw'ihiganwa rya "MISS AFRICA TOP MODEL 2022" rwariko ribera mu  gihugu ca Nigeria, Nassra IRAKOZEakaba yaraye...

Arnovic agiye gutangura umwaka n’indrimbo nshasha

0
Umuririmvyi nduwo kumashuha Arnovic agiye gutangura umwaka n'indirimbo nshasha azo sohora vuba yise "Mon Pays indirimbo yakoranye n'umuririmvyikazi La Reine Gaga. Muriyo ndirimbo barata ivyiza...

Masterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI

0
Umuririmvyi akaba kandi umuhinyanyizi Armel Chabel Marial Ngendakumana azwi kwizina Masterland ari mubaririmvyi baronse uburenganzi bwogushika mugice ca nyuma Final mw'igiganwa ritegugwa na Radio...

Amahera ya Natacha yaraheze asigaye Atakambira abategura ibiteramo kumushiramwo

0
Umuririmvyikazi Natacha Burundi n'umwe mubaririmvyikazi bivugwangwa ko afise amafaranga gusuba abandi mu gihugu c'Uburundi nkako akunda kwiyita LaBoss, na ho yiyita canke bamwita LaBoss...

Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi

0
Marikia wawe w'umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze look yiwe, ivyo bikaba...

Umucamanza wa Tory Lanez ategura kunguzura urubanza.

0
Umugwi wumu y'umururimvyi aririmba umudiho wa Hip Hop Tory Lanez yerekanye kudashimishwa n'ingiho y'ubuchamanza, kurivyo umuchamanza wuyo muririmvyi  "George Mgdesyan" akaba yiteguye kukurunza inyuma...

Israel Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura

0
Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane muraka karere mu ndirimbo zoguhimbaza Imana asazwe aturuka mu giguhu c'urwanda Israel Mbonyi agiye guheraheza umwaka wa 2022 muku nezegwa...

Bantu Bwoy yabuze Salle yo gukoreramo Saminaire

0
Mwitangazo ryasohowe n'uburungonzi bwishirahamwe Bantu Bwoy Entertainment babicishije kuri page facebook yabo  kuruyu wa gatanu ingenekerezo rya 16 Kitugutu, ryerekanye neza ko Seminaire yari...

Happy Birthday Belvier MFISUMUKIZA

0
Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 16 Kigarama, Umumenyeshamakuru w'inkino mu gisagara ca Bujumbura Belvier MFISUMUKIZA muzi cane mu kinyamakuru Satsport.bi ari muvyishimo...

Drama T, Kirikou Akili, Easy Bwoy na Kivumbi King bariteguriye cane kunezereza Abarundi

0
kuruyu wa kane itariki 15/12 Abaririnvyi b'abarundi nka Drama T , Kirikou Akili na Easy Bwoy umwanditsi w'indirimbo "buja ville" barikumwe n'umutumire yavuye mu...
Google search engine

Recent Posts