Home ENTERTAINMENT Umucamanza wa Tory Lanez ategura kunguzura urubanza.

Umucamanza wa Tory Lanez ategura kunguzura urubanza.

161
0
Umugwi wumu y’umururimvyi aririmba umudiho wa Hip Hop Tory Lanez yerekanye kudashimishwa n’ingiho y’ubuchamanza, kurivyo umuchamanza wuyo muririmvyi  “George Mgdesyan” akaba yiteguye kukurunza inyuma yiyo ngingo.
“Twatangaye cane n’ingingo ya  sentare yafashe ntavyemezo vyigeze biboneka”
Sentara yo mu gisagara ca Los Angeles yemeje Tory kumakosa yagirizwa yose atatu (3) ninavyo vyatumye atabwa muyompi gushika aho sentara izosohora ingingo yanyuma  y’ibihano yagirizwa itariki 23 Nzero 2023 ( aho bitegekanijwe kwafungwa Imyaka 22 irenga)
47730cookie-checkUmucamanza wa Tory Lanez ategura kunguzura urubanza.
Previous articleIsrael Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura
Next articleAUDIO | D-ONE – Nzocakira | Downloand

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here