Israel Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura

Israel Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura

22 décembre 2022 0 Par H. Mervis

Umwe mubaririmvyi bakunzwe cane muraka karere mu ndirimbo zoguhimbaza Imana asazwe aturuka mu giguhu c’urwanda Israel Mbonyi agiye guheraheza umwaka wa 2022 muku nezegwa n’abanya Bujumbura mu biteramo bibiri azokora yvo kurangiza umwaka mugisagara ca Bujumbura.

Ni kuwa 30 Kigarama 2022 muri  Icyambu Tour Burundi muri  Zion Beach kuva isaha cumi n’inusu z’umugoroba ( 16h30′) Israel Mbonyi azoba atanguye kuririmbo, ikindi giteramo kikazo itariki 01 Nzero 2022 ahonyene muri zio Beach.

Israel Mbonye abicishije kuri facebook yiwe yanditse ati : ‘Finalement  Burundi Muraho ? Uwiteka ashimye ko tuzobana Dusoza Umwaka. I can’t wait. à Burundi ‘. 

Facebook Comments Box
47620cookie-checkIsrael Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura