Home NEWS Abaririmvyi ba barundi bareke kugara – King Baba

Abaririmvyi ba barundi bareke kugara – King Baba

296
0

Umwanditsi w’indirimbo ‘VIBE‘ indirimbo iriko irakora neza mur’ikigihe  muri Buja fleva King Baba, King Baba akaba yemeje ko ari umwe mu baririmvyi ba barundi batagaririra abandi baririmvyi canke abakunzi akaba yasavye ko abaririmvyi ba barundi bareke kugara, ivyo umuririmvyi King Baba akaba yabivu giye  mukiganiro ya koranye n’umumenyesha makuru Bella Shaka wo muri ROYI TV Burundi.

Murico kiganiro, King Baba yarashimye cane uko abarundi  bakiriye indrimbo yiwe Vibe ningene bagiye bara y ‘itora kuma samirizi yatandukanye mu burundi aho yatowe iyambere, king baba akaba ya hanuye abaririmvyi nkawe kutagara kuko biri mubituma indirimbo zabo zidashika kure.

Tukwibutse ko indirimbo Vibe imaze ukwezi kurenga isohotse aho imaze kurabwa n’abantu barenga 7000 vues kuri chanel yiwe ya Youtube.

47510cookie-checkAbaririmvyi ba barundi bareke kugara – King Baba
Previous articleGOSPEL NSHASHA |Coco Claudia – Burimusi | Download
Next articleIsrael Mbonyi agiye guteramira mugisagara ca Bujumbura

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here