Home ENTERTAINMENT Drama T, Kirikou Akili, Easy Bwoy na Kivumbi King bariteguriye cane kunezereza...

Drama T, Kirikou Akili, Easy Bwoy na Kivumbi King bariteguriye cane kunezereza Abarundi

195
0
kuruyu wa kane itariki 15/12 Abaririnvyi b’abarundi nka Drama T , Kirikou Akili na Easy Bwoy umwanditsi w’indirimbo “buja ville” barikumwe n’umutumire yavuye mu gihugu c’urwanda Kivumbi King bahaye ikiganiro abamenyesha makuru hariya muri arena, kubw’igiteramo ” kivumbi live in burundi” .
Abo baririnvyi batatu b’abarundi bose bakaba bamenyesheje ko biteguriye cane kunezereza
abarundi bazokwitabira ico giteramo, nayo umutumire king kivumbi we akaba yagize ati” haba namba! sinzanywe no gukora ibiteramo gusa hano mu burundi, ahubwo afise ibikorwa vyinshi ariko arakorana n’abaririnvyi b’abarundi.
Mwomenya ko Umuririnvyi double jay azoririmba muri ico giteramo ariko atigeze aboneka ahabereye ico kiganiro.
45930cookie-checkDrama T, Kirikou Akili, Easy Bwoy na Kivumbi King bariteguriye cane kunezereza Abarundi
Previous articleListening party yiteguriwe neza mugukumira bamwe
Next articleHappy Birthday Belvier MFISUMUKIZA

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here