Listening party yiteguriwe neza mugukumira bamwe
16 décembre 2022Nkuko vyagaragaye mumashosho Imyiteguro niyose kumuririmvyi Sat B aho afise ikirori gikomeye Listening party kikaza kubera kuri Hotel Kiriri Garden kuruyu wagatanu igenekerezo rya 16 kigarama 2022 vyumvikana ko abanya rucari ntibaza kuroka amahigwe yokucitabira.
Bitegekanijwe ko hatangura ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru Press conference ariko abamenyesha makuru sibosi barekuriwe kicitabira gusa abatumiwe gusa muri ico kiganiro.
Facebook Comments Box
458800cookie-checkListening party yiteguriwe neza mugukumira bamwe