CatégorieENTERTAINMENT
Nassra IRAKOZE atahukanye urugori rwa Miss Africa Golden Top Model 2022
13 janvier 2023 Non Par H. MervisUwigeme « Nassra IRAKOZE » yari yaserukiye igihugu cacu c’uburundi mw’ihiganwa rya « MISS AFRICA TOP MODEL 2022 » rwariko ribera mu gihugu ca Nigeria, Nassra IRAKOZEakaba yaraye ateye iteka uburundi mu makungu mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane itariki 12/nzero/2023, mu gutahukana Urugori nk’umwigeme wa mbere muri afrika abegwa kandi atambuka neza kurusha abandi .


Facebook Comments Box