Lava Lava ashobora kuva muri WCB
Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw'akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel...
Izere Award 2023 – Umwaku n’umugisha
Mu gihe ihiganwa rya Izere Award rigiye kuba ku ncuro yaryo ya Gatanu, benshi bibaza kuri kazoza mu muziki k'ubihangange bimaze gutwara iryo higanwa...
P-square yo mu Burundi
Umugwi We Love Muzika ugizwe n'abaririmvyi babiri b'abarindi benshi bawufata nka P-square yo muri Nigeria.
Abatari bake bakunda umuziki w'urwaruka rushasha/New generation bemeza ko gusambuka...
Tanzania iguma ironka amaraso mashasha muri komedi/umwuga wo gutwenz’abantu.
Mur'iki gihe biragoye kuvuga komedi i Bongo(Tanzania) wirengagije Kicheche canke Mzee Makoti canke Mzee kikofia generali. Uyu yamenyekanye cane mu gukina komedi ahayagiza Makalio...
Bongo : Umwami w’indirimbo z’urukundo Mbosso
Izina Mbosso n'izina abatari bake mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko bagarukako iyo bavuga indirimbo z'urukundo.
Uyo muririmvyi wo muri Bongo Flavour mu gihugu...
Ibitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.
Amaraso mashasha mu muziki wo mu Rumonge arushirizaho kwigaragaza. Aha ndavuga abaririmvyi barutse vuba barara ntibuca kugira ngo mu gisagara ca Rumonge hagume vibe.
Naho...
Banana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge
Indirimbo Banana ya Kamanda Mkuu 4G irushirizaho gukora neza mu gisagara ca Rumonge inyuma y'imisi 11 gusa igiye hanze. Ahuciye hose ni Banana my...
Mbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?
Igihugu ca Nigeria ngo nico mugwa mukuru w'umuziki ku mugabane wa Afrika nk'uko vyishimirwa n'abanyanigeria ndetse bikanashimangirwa n'abakunzi b'umuziki nyafrika aho bari hose kw'isi.
Ivyo...
Christopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha
Inyuma yo gushika ku nyota abakunzi b'umuziki mu karere ka Afrika y'ubuseruko n'ahandi mu ndirimbo yiwe Hashtag, Umuririmvyi wo mu Rwanda Christopher Muneza yagarutse...
Fen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level
Inyuma y'igiteramo yakoze muri USA, umuririmvyi Fen G ariko akora ijoro n'umurango ngo ahesh'icubahiro umuziki wo mu ntara ya Rumonge.
Nkuko vyamaze kuj'ahabona, ngw'abakunzi b'umuziki...