Home ENTERTAINMENT Ibitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.

Ibitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.

155
0

Amaraso mashasha mu muziki wo mu Rumonge arushirizaho kwigaragaza. Aha ndavuga abaririmvyi barutse vuba barara ntibuca kugira ngo mu gisagara ca Rumonge hagume vibe.

Naho woba ukunda ivyo wirengagiza nawe nu ntiwokwirengagiza iki giteramo kizoba kirimwo Java Kay, William, Dorry n’abandi.

Battle Chapati ni kur’uyu wa 3 Ruheshi aho bita ku Mitaka.

60460cookie-checkIbitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.
Previous articleBanana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge
Next articleBongo : Umwami w’indirimbo z’urukundo Mbosso