Home ENTERTAINMENT Banana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge

Banana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge

345
0

Indirimbo Banana ya Kamanda Mkuu 4G irushirizaho gukora neza mu gisagara ca Rumonge inyuma y’imisi 11 gusa igiye hanze. Ahuciye hose ni Banana my banana maze ama challenges nayo akarushirizaho kwiyongera.

Nta nkeka 4G n’umwe mu bihangange mu muziki intara ya Rumonge ifise.

60430cookie-checkBanana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge
Previous articleMbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?
Next articleIbitari bimenyewe mu ntaya ya Rumonge.