Home ENTERTAINMENT Mbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?

Mbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?

187
0

Igihugu ca Nigeria ngo nico mugwa mukuru w’umuziki ku mugabane wa Afrika nk’uko vyishimirwa n’abanyanigeria ndetse bikanashimangirwa n’abakunzi b’umuziki nyafrika aho bari hose kw’isi.

Ivyo bavyemeza bafatiye kukuba muri Nigeria harushirizaho kuvuka abaririmvyi bakora umuziki ku rwego mpuzamakungu. Murabo twoviga nk’umwigeme akiri muto Ayra Starr asigaye arikimenyabose kw’isi nzima bitumwe n’indirimbo yiwe Rush imaze kurenza abantu bayoraba kuri You Tube imoliyoni 160 mu kiringo c’amezi 8 gusa imaze isohotse.

60400cookie-checkMbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?
Previous articleChristopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha
Next articleBanana-Indirimbo yigaruriye igisagara ca Rumonge