Home ENTERTAINMENT Christopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha

Christopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha

243
0

Inyuma yo gushika ku nyota abakunzi b’umuziki mu karere ka Afrika y’ubuseruko n’ahandi mu ndirimbo yiwe Hashtag, Umuririmvyi wo mu Rwanda Christopher Muneza yagarutse kwemeza abafans kwari mu bushorishori bwa hit songs mugukora indirimbo nshasha ije itavyorosha “Pasadena”.

Christopher Muneza ari mu baririmvyi bamaze igihe kinini mu muziki nyarwanda barushirizaho kwigaragaza neza ku rubuga rw’umuziki rurwiriyemwo urwaruka rushasha.

 

 

60370cookie-checkChristopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha
Previous articleFen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level
Next articleMbe wob’uzi umugwamukuru w’umuziki muri Afrika?