Home ENTERTAINMENT Fen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level

Fen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level

141
0

Inyuma y’igiteramo yakoze muri USA, umuririmvyi Fen G ariko akora ijoro n’umurango ngo ahesh’icubahiro umuziki wo mu ntara ya Rumonge.

Nkuko vyamaze kuj’ahabona, ngw’abakunzi b’umuziki bicare biteguye kwakira indirimbo nshasha zishika kuri 4 aho hazobanza vuba indirimbo Bireke birengane hama hakurikire indirimbo zindi 3.

Fen G n’umuririmvyi asanzwe afashwe mu mugongo na Musema kweli TV; yamenyekanye cane ku ndirimbo Go down na Supu, vuba akaba agiye gushira kumugara garo EP BIREKE BIRENGANE¬† izoba igizwe n’indirimbo 4 arizo Bireke Birengane, Murusengero, Tunawacheka, Yes.

60320cookie-checkFen G ngwazohemuka umuziki wo mu Rumonge awushikanye kuyindi level
Previous articleSPORT : Saido NTIBAZONKIZA na Lion10 Sports Store yambere mu Burundi
Next articleChristopher Muneza yagarutse n’indirimbo nshasha