Tuesday, February 25, 2025

Umugwi Horana Band niwo watahukanye agashimwe k’ihiganwa Summer Song

0
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Ruheshi 2023 niho ihiganwa Summer Song ryasozegwa aho umugwe HORANA BAND ugizwe n'imisore ifise ubumuga bw’amaso, ariwo watahukanye...

Abaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa

Inyuma y'imisi ibiri gusa indirimbo Bireke Birengane ya Fen G igiy'ahabona, umuririmvyi Fobby Tozzy nawe nyene yamenyesheje ko agiye gushir'ahabona indirimbo nshasha Nataka kwenda...

Umuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube

0
Mugihe Benshi bakunda gukengera abaririmvyi baririmba umudiho wa Hip Hop ko batakaza umwanya, ariko bamwe baremeza ko abaririmvyi baririmba uyo mudiho nibo keshi usanga...

Vanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi

Umuririmvyi w'umunyamerika Rotimi yemeza ko umutambukanyi wiwe Vanessa Mdee yaje nk'incungu mu buzima bubi yarimwo ngw'aho yamukijije ingeso mbi nyinshi akanatuma akora ater'imbere. Yipfuriza isabukuru...

Bongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables

Nk'uko biri ku rubuga rwa Facebook rwa Millard Ayo , mu karere kose ka Afrika y'ubuseruko ng'umuririmvyikazi Nandy wo mu gihugu ca Tanzania niwe...

Kirikou A Kili yereka urukundo Big fizzo kuri Instagram

0
Umuririmvyi Kirikou Akili asanzwe yegukira umugwi Bilimani Boy yerekanye urukundo rudasazwe k'umuririmvyi Big Fizzo mugushira ifoto ya Big Fizzo kuri profil yiwe ya Instagram...

Québec : Umukunzi mushasha wa Drake yashizwe kumugaragaro

0
Ico gihangange mumuziki kw'isi Drake yerekenye ubugira kandi ko ari murukundo rushasha aho uwuvugwa Ko ar'umukunzi wiwe kwari Lilah Pi. Bikaba bivugwa ko ubugenzi...

Kigali : Juno kizigenza vuba agiye gushira ahabona album yise ” YARAJE”

0
Umuririmvyi Juno Kizigenza inyuma yogusohora indirimbo yaraje, abicishije kurubuga rwiwe rwa facebook yamenyesheje Ko vuba agiye gusohora album nshasha" Yaraje" y'indirimbo 17 arizo :...

Mbe umuririmvyi Rich Mavoko abarizwa he?

0
Igenekerezo rya 28 Nyakanga 2022 niyo tariki yanyuma aho abatari bake baheruka amakuru k'umiziki wa Rich Mavoko aho yandika ku rubuga rwiwe rwa Instagram....

Ubutumwa bwa Landry Promoter kuri Brarudi na Primusic

Umwe mu bamenyesha makuru bakomeye kumbuga ngurukana Bumenyi Landry Promoter yashimye gushikiriza umubabaro wiwe kuri Brarudi yatunganye Primusic aho batamuhaye akazi kokumengekanisha iryo higanwa...
Google search engine

Recent Posts