Home ENTERTAINMENT Umugwi Horana Band niwo watahukanye agashimwe k’ihiganwa Summer Song

Umugwi Horana Band niwo watahukanye agashimwe k’ihiganwa Summer Song

151
0

Kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Ruheshi 2023 niho ihiganwa Summer Song ryasozegwa aho umugwe HORANA BAND ugizwe n’imisore ifise ubumuga bw’amaso, ariwo watahukanye agashimwe ka mbere ku ndirimbo yabo RYOHERWA .

Umuririmvyikazi Ines Ragul nawe yatahukanye ikibanza ca kabiri ku ndirimbo yiwe HAPINESS mu gihe Nduwokumashuha Arnovic yatahukanye agashimwe ka gatatu ku ndirimbo yiwe SUMMER TIME.

Indirimbo zari mur’iryo higanwa ni 37 arizo :
1. Ararenze by King Red
2. Bedo by Ten Dalla
3. Bikorwa by Indagaburundi
4. IPoto by Blayvanny
5. Yo by Blayzo ft Berry Music
6. Seriye by Crown Baddest
7. Cuncumara by Ox
8. Go by Daemoh
9. Addicted by Dan Rapper ft Aguila
10. Diyasipora by Gogy ft Audry
11. Down by Isaac CG
12. Feel love by Max Africa ft Banda
13. Fasho by Aguila
14. Ici by Danny K for really
15. Igitabu by Bright
16. Imiyaga by Ferland the best
17. Hapiness by Ines Ragul
18. Je t’aime by Zack B
19. Jehova by Aleck Joel
20. Ndabarenze by Dj Israel
21. Ndagushimiye by Salvator
22. Ndeka ngukunde by Gay_B lear nrggren
23. Niko bimeze by Golbizzo
24. NO stress by VG Wawa
25. Nomero 1 by Trey z oft Rapper Boy
26. One day by Chris MB
27. Ryoherwa by Horana Band
28. Sama by Strgoft
29. Sana by Justin
30. Mula by SMB
31. Ntamuhinga by Serious Boy
32. Sindekura by Genesis
33. Summer by Key Don
34. Summer time by Arnovic
35. Uramfana by Banda
36. Uremerewe by FIG
37. Risk by Rack ft Chris MB

Umuririrmvyi Arnovic akaba yashimiye abamutoye bose ndetse aranakeza Umugwi Horana Band kukibanza ca mbere wegukanye hamwe na Ines Ragul yaje mu kibanza ca kabiri.
Ivyo akaba yabicishije ku rubuga rwiwe aho yagiz’ati : “Nashaka nfate kano kanya nshimire umuntu yigoye akantora ; nukuri IMANA imuhezagire. Abo twarikumwe muri competition we are still together…
Ndi proud cane kubw’aba basore bitwa #HORANA_BAND babaye abambere, na cane cane ko n’ubwo bafise ubumuga bwo kutabona baririmba neza cane nukuri ndabibatuye. #ines nawe muramumenyereye aguma ari top. So nukuri ndabashimiye cane,ndabakomeye amashi menshi.”

 

INES RAGUL

ARNOVIC

62200cookie-checkUmugwi Horana Band niwo watahukanye agashimwe k’ihiganwa Summer Song
Previous articleVIDEO NSHASHA | MB Data ft Dj Chento – Homoka | DOWNLOAD
Next articleDar Salam : Roma, Stamina, kala Jeremiah na Nay wa Mitego nibo baririmvyi!