Home ENTERTAINMENT Umuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube

Umuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube

233
0

Mugihe Benshi bakunda gukengera abaririmvyi baririmba umudiho wa Hip Hop ko batakaza umwanya, ariko bamwe baremeza ko abaririmvyi baririmba uyo mudiho nibo keshi usanga bafi abarorerezi benshi kuri Youtube.

Nkuko vyanditse n’ikinyamakuru co muri reta zuzubumwe bw’amerika gwashize ahabona urutonde gwingene abaririrmvyi bariririmba umudihowa hip hop barutana ama Vues kuri youtube :

1_ Eminem – +26,7 milliards de vues

2_ Drake – +15 milliards de vues

3_ Wiz Khalifa – +13,2 milliards de vues

4_ NBA Youngboy – +12,9 milliards de vues

5_ XXXTENTACION – +10,4 milliards de vues

6_ Nicki Minaj – +10,1 milliards de vues

7_ 50 Cent – +9,9 milliards de vues

8_ Future – +9,8 milliards de vues

9_ Lil Baby – +7,9 milliards de vues

10_ Travis Scott – +7,8 millions de vues

11_ Cardi B – +7,5 milliards de vues

Umuririmvyi Eminem niwe umwami wabosi afise abarorerezi benshi nayo umuririmvyi NBA youngboy niwe muririmvyi akiri muto imwaka mirongibiri n’itatu ya mavuko ( 23 ans ) akaba ari kukibaza cakane.

62020cookie-checkUmuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube
Previous articleAUDIO | Kirikou Akili feat Chriss Eazy – Lala | DOWNLOAD
Next articleAbaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa