Home ENTERTAINMENT Abaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa

Abaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa

343
0

Inyuma y’imisi ibiri gusa indirimbo Bireke Birengane ya Fen G igiy’ahabona, umuririmvyi Fobby Tozzy nawe nyene yamenyesheje ko agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha Nataka kwenda kw’igenekerezo rya 23/06/2023.

Fobby Tozzy rero asa n’uwahembiy’imitima y’abakunzi b’umuziki wo mu Rumonge kuko yaheruka kubac’intege igihe yamenyesha ko ashobora guhagarika umuziki burundu haraheze ikiringo cababa ukwezi.

Gushik’ubu abatari bake binaza niba Fobby Tozzy yariko arondera kick mu kubatangariza kwagiye guheba umuziki canke Koko ko yari mukuri ariko ubu bakibaza icoba catumye yihindukiza mw’ijambo budakeye na kabiri.

Indirimbo Nataka kwenda ije inyuma ya Bangulele yatumye Fobby Tozzy amenyekana mu ntara nka zose z’igihugu c’uburundi kuko yakiriwe neza cane ahusanga n’abana bahoha ariyo basubiramwo.

62070cookie-checkAbaririmvyi bo mu Rumonge mw’ihiganwa
Previous articleUmuririmvyi wa Hip Hop wambere afise Vues nyishi kuri Youtube
Next articleVIDEO NSHASHA | MB Data ft Dj Chento – Homoka | DOWNLOAD