Home ENTERTAINMENT Vanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi

Vanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi

183
0

Umuririmvyi w’umunyamerika Rotimi yemeza ko umutambukanyi wiwe Vanessa Mdee yaje nk’incungu mu buzima bubi yarimwo ngw’aho yamukijije ingeso mbi nyinshi akanatuma akora ater’imbere.

Yipfuriza isabukuru y’amavuka umutambukanyi wiwe akaba n’umuririmvyikazi yamuka mu gihugu ca Tanzania Vanessa Mdee, Rotimi yanditse mu ntango z’iyi ndwi turangije ku mbuga ziwe zitandukanye ati :”To a living legend, rafiki yangu bora, shujaa wa maombi, mwanamke mzuri zaidi, mama wa ajabu na mshirika wangu nakupenda sana. Safari hii pamoja nawe imekuwa baraka kutoka kwa Mungu, ninashukuru sana kuwa na wewe. Uliokoa maisha yangu na nipo pamoja nawe milele. Heri ya siku ya kuzaliwa mama Imani”.

61910cookie-checkVanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi
Previous articleBongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables
Next articleAUDIO | Kirikou Akili feat Chriss Eazy – Lala | DOWNLOAD