Home ENTERTAINMENT Bongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables

Bongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables

176
0

Nk’uko biri ku rubuga rwa Facebook rwa Millard Ayo , mu karere kose ka Afrika y’ubuseruko ng’umuririmvyikazi Nandy wo mu gihugu ca Tanzania niwe wenyenye yagize amahirwe yo kuzokina mw’ireresi Expendables iriko itegurirwa muri reta zunz’ubumwe za Amerika.

Amashusho ariko aca ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye agaragaza Nandy yambaye umwambaro wa gisirikare, aberewe, maze bikarushirizaho guter’igishika benshi co kuzobona iyo reresi idasanzwe.

Umuririmvyikazi Nandy wo mu gihugu ca Tanzania avuzwe ko azogaragara mw’ireresi yo muri reta zunz’ubumwe za Amerika inyuma y’umuririmvyi w’umunyarwanda Safi Madiba nawe bivugwako agiye kugaragara mw’ireresi iriko itegurirwa mu gihugu ca Canada.

61860cookie-checkBongo : Umuririmvyikzi Nandy yoba agiye kugaragara mw’ireresi Expendables
Previous articleAUDIO | Killer The Sun X P One – Hummeeh | DOWNLOAD
Next articleVanessa Mdee incungu y’ubuzima bwa Rotimi