Home ENTERTAINMENT Québec : Umukunzi mushasha wa Drake yashizwe kumugaragaro

Québec : Umukunzi mushasha wa Drake yashizwe kumugaragaro

187
0

Ico gihangange mumuziki kw’isi Drake yerekenye ubugira kandi ko ari murukundo rushasha aho uwuvugwa Ko ar’umukunzi wiwe kwari Lilah Pi. Bikaba bivugwa ko ubugenzi bwabo bwatanguye mumpisho bo mumpisho kuva mumwaka uheze 2022.

Uwo mukunzi wa Drake akaba aheruka kugira isabukuru y’amavuko kuruyi wa kane igenekerezo rya 8 Ruheshi Uno mwaka,Drake yanditse musi y’ifoto ya lilah yashize ahabona, ati: Nkwipfurije kuramba munyamabanga wanje n’umukunzi wanje.

Drake n’umwanditsi, umurappeur n’umukinyi w’amareresi mugihugu ca Canada. Yahoze muri lebel y’umurappeur lilwayn young Money entertainment.mumwaka wa 2010 asohora album yambere “Thank me later”

Raba iyi Video : Landry Promoter awalaumu Primusic Burundi 2023 kwaku munyima kazi \ Brarudi

 

61700cookie-checkQuébec : Umukunzi mushasha wa Drake yashizwe kumugaragaro
Previous articleKigali : Juno kizigenza vuba agiye gushira ahabona album yise ” YARAJE”
Next articleKirikou A Kili yereka urukundo Big fizzo kuri Instagram